Gusubira mu vyagezwe 29:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kugira ntihabe muri mwebwe umugabo canke umugore canke urugo canke umuryango umutima wabo uhindukira uno musi ukava kuri Yehova Imana yacu ukagenda ugakorera imana z’ayo mahanga+; kugira ntihabe muri mwebwe umuzi wama icamwa c’igiterwa c’ubumara n’ic’ibamba+. Yohani 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bakibandanya kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, Shetani* akaba yari amaze gushira mu mutima wa Yuda Isikariyoti+, mwene Simoni, ivyo kumugura+, Ivyakozwe 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 kuko ndabona yuko wewe uri indurwe y’ubumara+ n’imbohe* y’ibitagororotse+.”
18 kugira ntihabe muri mwebwe umugabo canke umugore canke urugo canke umuryango umutima wabo uhindukira uno musi ukava kuri Yehova Imana yacu ukagenda ugakorera imana z’ayo mahanga+; kugira ntihabe muri mwebwe umuzi wama icamwa c’igiterwa c’ubumara n’ic’ibamba+.
2 Bakibandanya kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, Shetani* akaba yari amaze gushira mu mutima wa Yuda Isikariyoti+, mwene Simoni, ivyo kumugura+,