Matayo 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mwiyubare abantu+; kuko bazobashengeza mu masentare+, kandi babashishagurire+ mu masinagogi yabo+. 1 Petero 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nkako, ico ni co catumye inkuru nziza imenyeshwa no ku bapfuye+, kugira ngo bacirwe urubanza ku bijanye n’umubiri nk’uko abantu babona ibintu+, mugabo babeho ku bijanye n’impwemu+ nk’uko Imana ibona ibintu.
17 Mwiyubare abantu+; kuko bazobashengeza mu masentare+, kandi babashishagurire+ mu masinagogi yabo+.
6 Nkako, ico ni co catumye inkuru nziza imenyeshwa no ku bapfuye+, kugira ngo bacirwe urubanza ku bijanye n’umubiri nk’uko abantu babona ibintu+, mugabo babeho ku bijanye n’impwemu+ nk’uko Imana ibona ibintu.