Yobu 27:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nagumije ugutungana kwanje, kandi sinzokurekura+;Umutima wanje ntuzoncokora ku bw’umusi n’umwe mu misi yanje+. Ivyakozwe 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Paulo ashinga ijisho Inama Nkuru, avuga ati: “Bagabo, bene wacu, nagendeye imbere y’Imana mfise ijwi ryo mu mutima ritanyagiriza ikibi na gato+ gushika uno musi.” Ivyakozwe 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Muri ivyo koko ni ho ndiko nihata ubudahengeshanya ngo ngire ijwi ryo mu mutima+ rimbwira ko ata kibi ndiko nkorera Imana n’abantu.
6 Nagumije ugutungana kwanje, kandi sinzokurekura+;Umutima wanje ntuzoncokora ku bw’umusi n’umwe mu misi yanje+.
23 Paulo ashinga ijisho Inama Nkuru, avuga ati: “Bagabo, bene wacu, nagendeye imbere y’Imana mfise ijwi ryo mu mutima ritanyagiriza ikibi na gato+ gushika uno musi.”
16 Muri ivyo koko ni ho ndiko nihata ubudahengeshanya ngo ngire ijwi ryo mu mutima+ rimbwira ko ata kibi ndiko nkorera Imana n’abantu.