Yeremiya 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko mvuga nti: “Sinzovuga ivyiwe, kandi sinzokwongera kuvuga mw’izina ryiwe+.” Mugabo mu mutima wanje haba nk’umuriro ururumba wugaraniwe mu magufa yanje; nduhishwa no kuwugumya, sinashobora kuwihanganira+. Luka 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Na mwebwe rero, igihe mukoze ibintu vyose mwashinzwe, muvuge muti: ‘Turi abashumba b’imburakimazi+. Ivyo dukoze ni ivyo twabwirizwa gukora.’ ”
9 Nuko mvuga nti: “Sinzovuga ivyiwe, kandi sinzokwongera kuvuga mw’izina ryiwe+.” Mugabo mu mutima wanje haba nk’umuriro ururumba wugaraniwe mu magufa yanje; nduhishwa no kuwugumya, sinashobora kuwihanganira+.
10 Na mwebwe rero, igihe mukoze ibintu vyose mwashinzwe, muvuge muti: ‘Turi abashumba b’imburakimazi+. Ivyo dukoze ni ivyo twabwirizwa gukora.’ ”