Ivyakozwe 19:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Vyongeye, murabona kandi murumva ingene uyo Paulo yatumye isinzi ritari rito rinyurwa kandi akarikebereza ku kindi ciyumviro, atari i Efeso+ gusa ariko hafi mu ntara ya Aziya yose, akavuga yuko izakozwe n’amaboko+ atari imana. 1 Abatesalonika 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko, kubera tubafitiye ikibabarwe+, twarahimbawe cane no kutabaha inkuru nziza y’Imana gusa, mugabo n’ubuzima bwacu bwite+, kuko mwabaye abakundwa+ kuri twebwe.
26 Vyongeye, murabona kandi murumva ingene uyo Paulo yatumye isinzi ritari rito rinyurwa kandi akarikebereza ku kindi ciyumviro, atari i Efeso+ gusa ariko hafi mu ntara ya Aziya yose, akavuga yuko izakozwe n’amaboko+ atari imana.
8 Nuko, kubera tubafitiye ikibabarwe+, twarahimbawe cane no kutabaha inkuru nziza y’Imana gusa, mugabo n’ubuzima bwacu bwite+, kuko mwabaye abakundwa+ kuri twebwe.