ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 30:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bibabaza cane Dawidi+, kuko abantu bariko bavuga ngo aterwe amabuye+; kubera yuko abantu bose bari badundumiwe+, umwe wese kubera abahungu biwe n’abakobwa biwe. Nuko Dawidi atangura kwikomeza biciye kuri Yehova Imana yiwe+.

  • Yesaya 40:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Aha ububasha uwurushe+; kandi ku wutagira inguvu rukozi+, atuma ubushobozi bwuzuye bugwira.

  • Ivyakozwe 27:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 ngo n’abandi bagire gutyo, bamwe ku mbaho abandi ku bintu bimwebimwe vyari mu bwato. Bose babona gushika i musozi badora+.

  • Abafilipi 4:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Muri vyose, ndonka inkomezi ndabikesheje umwe ampa ububasha+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika