Abaroma 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwubahiriza umusi awubahiriza ku bwa Yehova. Kandi uwurya, arya ku bwa Yehova+, kuko akengurukira Imana+; kandi uwutarya areka kurya ku bwa Yehova+, yamara agakengurukira Imana+. 1 Timoteyo 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 bakabuza ukwabirana+, bagategeka kwirinda ibifungurwa+ Imana yaremye+ ngo abafise ukwizera+ kandi bazi neza ukuri babifungurane ugukenguruka.
6 Uwubahiriza umusi awubahiriza ku bwa Yehova. Kandi uwurya, arya ku bwa Yehova+, kuko akengurukira Imana+; kandi uwutarya areka kurya ku bwa Yehova+, yamara agakengurukira Imana+.
3 bakabuza ukwabirana+, bagategeka kwirinda ibifungurwa+ Imana yaremye+ ngo abafise ukwizera+ kandi bazi neza ukuri babifungurane ugukenguruka.