Abaheburayo 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 mu gihe Imana yagiyemwo igashinga intahe biciye ku bimenyetso n’ibitangaza be n’ibikorwa vy’ububasha+ bitari bimwe, no ku kugabanganywa+ kw’impwemu nyeranda nk’uko ukugomba kwayo kuri+?
4 mu gihe Imana yagiyemwo igashinga intahe biciye ku bimenyetso n’ibitangaza be n’ibikorwa vy’ububasha+ bitari bimwe, no ku kugabanganywa+ kw’impwemu nyeranda nk’uko ukugomba kwayo kuri+?