1 Abakorinto 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ubwo buryo bw’ugukora bwose burangurwa n’impwemu imwe nyene+, igaha+ umwe wese ukwiwe nk’uko igomba+. Abanyefeso 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 kuko yatumenyesheje rya banga ryeranda+ ry’ukugomba kwayo. Rirahuye n’ibiyihimbara, ivyo yiyemeje muri yo ubwayo+, Ivyahishuwe 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”
11 Mugabo ubwo buryo bw’ugukora bwose burangurwa n’impwemu imwe nyene+, igaha+ umwe wese ukwiwe nk’uko igomba+.
9 kuko yatumenyesheje rya banga ryeranda+ ry’ukugomba kwayo. Rirahuye n’ibiyihimbara, ivyo yiyemeje muri yo ubwayo+,
11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”