ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 12:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko biciye ku buntu ata wari abukwiriye nahawe, mbwira umuntu wese hiyo muri mwebwe kutiyumvira ko ahambaye kuruta uko abwirizwa kwiyumvira+; ahubwo ndamubwira kwiyumvira ku buryo agira umuzirikanyi uroranye+, umwe wese nk’uko urugero+ rw’ukwizera+ Imana yamuhaye ruri.

  • 1 Abakorinto 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo noshima ko abantu bose baba nkanje+. Yamara rero, umwe wese ari n’ingabirano+ yiwe bwite iva ku Mana, umwe uku, uwundi kuriya.

  • Abanyefeso 4:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kandi umwe wese muri twebwe yarahawe ubuntu ata wari abukwiriye+ nk’uko Kristu yageze ya ngabirano ya gusa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika