Abaroma 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ko rero dufise ingabirano zitandukanye+ nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ twahawe buri, bwaba ubuhanuzi, tuvuge ubuhanuzi nk’uko ukwizera twahawe kuri; 1 Abakorinto 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ubwo buryo bw’ugukora bwose burangurwa n’impwemu imwe nyene+, igaha+ umwe wese ukwiwe nk’uko igomba+. 2 Abakorinto 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Hashimirwe Imana ku bw’ingabirano yayo ya gusa itagira uko yovugwa+.
6 Ko rero dufise ingabirano zitandukanye+ nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ twahawe buri, bwaba ubuhanuzi, tuvuge ubuhanuzi nk’uko ukwizera twahawe kuri;
11 Mugabo ubwo buryo bw’ugukora bwose burangurwa n’impwemu imwe nyene+, igaha+ umwe wese ukwiwe nk’uko igomba+.