ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu.

  • Abaroma 3:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 kandi ni nk’ingabirano ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, mu kubohorwa biciye ku ncungu*+ yarishwe na Kristu Yezu.

  • Abaroma 5:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo ivya ya ngabirano ntibimeze nk’uko vyari kuri rya kosa. Kuko nimba benshi barapfuye biciye kw’ikosa ry’umuntu umwe, ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana be n’ingabirano ya gusa yayo hamwe n’ubuntu ata wari abukwiriye buboneka biciye kuri wa muntu umwe+ Yezu Kristu bwararushirije kugwira kuri benshi+.

  • Abanyefeso 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nabaye umusuku+ w’ivyo nk’uko ya ngabirano ya gusa iri, imwe y’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ubwo nahawe hisunzwe ukuntu ububasha bwayo bukora+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika