37 Pilato rero amubwira ati: “None rero wewe uri umwami?” Yezu yishura ati: “Wewe ubwawe uravuze ko ndi umwami+. Iki ni co navukiye kandi iki ni co canzanye mw’isi: ni ukugira ngo nshingire intahe ukuri+. Uwuri ku ruhande rw’ukuri+ wese yumviriza ijwi ryanje+.”
20 Kuko uko imihango+ y’Imana ingana kwose, yabaye Ego biciye kuri we+. Rero, biciye muri we kandi ni ho “Amen+” ibwirwa Imana ku bw’ubuninahazwa biciye kuri twebwe.