15 Nzoshira inyankane+ hagati yawe+ na wa mugore+ no hagati y’uruvyaro*+ rwawe n’uruvyaro+ rwiwe. Uyo*+ azogukomeretsa mu mutwe+, nawe+ uzomukomeretsa+ ku gitsintsiri+.”
7 “Nzoshitsa isezerano ryanje riri hagati yanje nawe+ be n’uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+, kugira nerekane ko ndi Imana kuri wewe no ku ruvyaro rwawe mu nyuma zawe+.