Yohani 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu. Abaroma 15:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko mvuga yuko Kristu mu vy’ukuri yacitse umusuku+ w’abagenyerewe+ ku bw’ukuri kw’Imana+, kugira ngo yemeze imihango+ Imana yahaye ba sekuruza babo, Abanyefeso 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kazima vy’ukuri mwamwumvise kandi mukigishwa biciye kuri we+, nk’uko ukuri+ kuri muri Yezu, Abakolosayi 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kuko ivyo ari igitutu+ c’ibizoza, mugabo umutumba+ ni uwa Kristu+.
17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu.
8 Kuko mvuga yuko Kristu mu vy’ukuri yacitse umusuku+ w’abagenyerewe+ ku bw’ukuri kw’Imana+, kugira ngo yemeze imihango+ Imana yahaye ba sekuruza babo,