Kuvayo 31:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+. Gusubira mu vyagezwe 4:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Iri rero ni ryo tegeko+ Musa yashize imbere ya bene Isirayeli. Yohani 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 None Musa ntiyabahaye Itegeko+? Mugabo nta n’umwe muri mwebwe agamburuka Itegeko. Kubera iki murondera kunyica+?”
18 Agiheza kuvugana na Musa ku musozi Sinayi, amuha ibisate bibiri vya ca Gishingantahe+, ibisate vy’amabuye vyanditsweko n’urutoke rw’Imana+.
19 None Musa ntiyabahaye Itegeko+? Mugabo nta n’umwe muri mwebwe agamburuka Itegeko. Kubera iki murondera kunyica+?”