Yohani 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Jambo acika umubiri+, aba hagati muri twebwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa nk’ubw’umwana w’ikinege+ ava kuri se; kandi yari yuzuye ubuntu ata wari abukwiriye be n’ukuri+. Yohani 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu. Yohani 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yezu amubwira ati: “Ni jewe nzira+ n’ukuri+ n’ubuzima+. Nta wuza kuri Data adaciye kuri jewe+.
14 Nuko Jambo acika umubiri+, aba hagati muri twebwe, kandi twaritegereje ubuninahazwa bwiwe, ubuninahazwa nk’ubw’umwana w’ikinege+ ava kuri se; kandi yari yuzuye ubuntu ata wari abukwiriye be n’ukuri+.
17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu.