Ivyakozwe 10:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Kuko babumva bavuga mu ndimi bongera bashimagiza Imana+. Maze Petero asubizayo ati: 1 Abakorinto 14:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ndakengurukira Imana kuba mvuga mu zindi ndimi ziruta izanyu mwese+.