Abakolosayi 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ntihagire uwubaka+ ka gashimwe+, umwe usanga ahimbarwa n’ukwicisha bugufi kw’uruhendo be n’ugusenga abamarayika, “yishimikije” ivyo yabonye, yivyimvya ata mvo ibereye afise, abitewe n’ivyiyumviro vyiwe bigengwa n’umubiri, 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.
18 Ntihagire uwubaka+ ka gashimwe+, umwe usanga ahimbarwa n’ukwicisha bugufi kw’uruhendo be n’ugusenga abamarayika, “yishimikije” ivyo yabonye, yivyimvya ata mvo ibereye afise, abitewe n’ivyiyumviro vyiwe bigengwa n’umubiri,
5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.