Abaroma 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko abantu mwene abo atari abashumba b’Umukama wacu Kristu, ahubwo ni ab’inda zabo bwite+; kandi bakoresha akarimi gasosa+ n’amajambo yo gushimagiza+ bakaryosharyosha imitima y’abantu b’inziraburyarya. Abanyefeso 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntihagire umuntu abahendesha amajambo agaragara+, kuko ivyo bintu bihejeje kuvugwa ari vyo bituma uburake bw’Imana buza ku bana b’ubugambarazi+. 2 Petero 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Bafise amaso yuzuye ukurenga ibigo+ kandi adashobora kuvavanura n’igicumuro+, kandi bararyosharyosha imitima idashikamye. Bafise umutima wamenyerejwe umwina+. Ni abana bavumwe+. 1 Yohani 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ibi bintu ndabibandikiye ku vyerekeye abariko bagerageza kubazimiza+.
18 Kuko abantu mwene abo atari abashumba b’Umukama wacu Kristu, ahubwo ni ab’inda zabo bwite+; kandi bakoresha akarimi gasosa+ n’amajambo yo gushimagiza+ bakaryosharyosha imitima y’abantu b’inziraburyarya.
6 Ntihagire umuntu abahendesha amajambo agaragara+, kuko ivyo bintu bihejeje kuvugwa ari vyo bituma uburake bw’Imana buza ku bana b’ubugambarazi+.
14 Bafise amaso yuzuye ukurenga ibigo+ kandi adashobora kuvavanura n’igicumuro+, kandi bararyosharyosha imitima idashikamye. Bafise umutima wamenyerejwe umwina+. Ni abana bavumwe+.