Yobu 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Baguma bashira ijwi hejuru hariko n’akagoma n’inanga+,Bakaguma banezerewe kw’ijwi ry’umwironge.