Abaroma 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko rero, dukurikirane ibiremesha amahoro+ be n’ivyubaka abandi+. 2 Abakorinto 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mbega mumaze ico gihe cose mwiyumvira yuko turiko twiregura kuri mwebwe? Turiko tuvugira imbere y’Imana ku bijanye na Kristu. Mugabo ga bakundwa, vyose tubigira ku bw’ukwubakwa kwanyu+.
19 Mbega mumaze ico gihe cose mwiyumvira yuko turiko twiregura kuri mwebwe? Turiko tuvugira imbere y’Imana ku bijanye na Kristu. Mugabo ga bakundwa, vyose tubigira ku bw’ukwubakwa kwanyu+.