Abaroma 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Imana, iyo nkorera igikorwa ceranda n’impwemu yanje ku bijanye n’inkuru nziza yerekeye Umwana wayo, ari yo cabona canje+ c’ukuntu nama ndabashira mu masengesho yanje ubudahengeshanya+, Abaroma 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Impwemu+ ubwayo irashinga intahe+ hamwe n’impwemu yacu+ yuko turi abana b’Imana+.
9 Kuko Imana, iyo nkorera igikorwa ceranda n’impwemu yanje ku bijanye n’inkuru nziza yerekeye Umwana wayo, ari yo cabona canje+ c’ukuntu nama ndabashira mu masengesho yanje ubudahengeshanya+,