Abaheburayo 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 mu gihe Imana yagiyemwo igashinga intahe biciye ku bimenyetso n’ibitangaza be n’ibikorwa vy’ububasha+ bitari bimwe, no ku kugabanganywa+ kw’impwemu nyeranda nk’uko ukugomba kwayo kuri+? 1 Petero 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nimba mutukwa muhorwa izina rya Kristu+, murahiriwe+, kubera ko impwemu y’ubuninahazwa, mbere impwemu y’Imana, iguma kuri mwebwe+.
4 mu gihe Imana yagiyemwo igashinga intahe biciye ku bimenyetso n’ibitangaza be n’ibikorwa vy’ububasha+ bitari bimwe, no ku kugabanganywa+ kw’impwemu nyeranda nk’uko ukugomba kwayo kuri+?
14 Nimba mutukwa muhorwa izina rya Kristu+, murahiriwe+, kubera ko impwemu y’ubuninahazwa, mbere impwemu y’Imana, iguma kuri mwebwe+.