Ivyakozwe 15:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko kuva mu bihe vya kera Musa afise mu gisagara no mu kindi abamwamamaza, kubera ko ivyo yanditse bisomwa mu masinagogi n’ijwi ryumvikana buri sabato+.”
21 Kuko kuva mu bihe vya kera Musa afise mu gisagara no mu kindi abamwamamaza, kubera ko ivyo yanditse bisomwa mu masinagogi n’ijwi ryumvikana buri sabato+.”