Itanguriro 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inyuma y’ivyo Yehova avuga ati: “Impwemu yanje+ ntizoguma yihanganiye umuntu igihe kitagira urugero+, kuko ari umubiri+ gusa. Ku bw’ivyo, imisi yiwe izogera ku myaka ijana na mirongo ibiri+.” Yohani 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Imana ni Impwemu+, kandi abayisenga bategerezwa kuyisenga mu mpwemu no mu kuri+.”
3 Inyuma y’ivyo Yehova avuga ati: “Impwemu yanje+ ntizoguma yihanganiye umuntu igihe kitagira urugero+, kuko ari umubiri+ gusa. Ku bw’ivyo, imisi yiwe izogera ku myaka ijana na mirongo ibiri+.”