Ivyakozwe 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo Umukama amubwira ati: “Genda, kubera ko uwo muntu ari icombo nitoreye+ ngo ashingire intahe izina ryanje ku mahanga+ no ku bami+ no kuri bene Isirayeli. 1 Abatesalonika 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 umwe wese muri mwebwe akamenya kuganza umubiri*+ wiwe bwite mu kwezwa+ no mw’iteka,
15 Mugabo Umukama amubwira ati: “Genda, kubera ko uwo muntu ari icombo nitoreye+ ngo ashingire intahe izina ryanje ku mahanga+ no ku bami+ no kuri bene Isirayeli.