Ivyakozwe 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Aho baboneye ukutarya umunwa kwa Petero na Yohani, bagatahura yuko ari abantu batize kandi basanzwe+, baratangara. Baca bamenya yuko bahoranye na Yezu+. 2 Abakorinto 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hose mu mubiri wacu twama twihanganira amagorwa yica yatejwe Yezu+, ngo ubuzima bwa Yezu bubonekere kandi mu mubiri wacu+.
13 Aho baboneye ukutarya umunwa kwa Petero na Yohani, bagatahura yuko ari abantu batize kandi basanzwe+, baratangara. Baca bamenya yuko bahoranye na Yezu+.
10 Hose mu mubiri wacu twama twihanganira amagorwa yica yatejwe Yezu+, ngo ubuzima bwa Yezu bubonekere kandi mu mubiri wacu+.