Abaroma 8:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Kuko najijutse yuko rwaba urupfu, canke ubuzima+, canke abamarayika+, canke intwaro+, canke ibiriho ubu, canke ibizoza, canke ububasha+, Abafilipi 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kugira ngo ndamumenye, menye n’ububasha bw’izuka ryiwe+ nongere menye gufatanya na we mu mibabaro yiwe+, nkemera gupfa urupfu nk’urwiwe+, 1 Petero 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ahubwo, mubandanye kunezerwa+ kuko muri abasangira imibabaro ya Kristu+, kugira ngo munezerwe mwongere musesekare umunezero no mu gihe c’ihishurwa+ ry’ubuninahazwa bwiwe.
38 Kuko najijutse yuko rwaba urupfu, canke ubuzima+, canke abamarayika+, canke intwaro+, canke ibiriho ubu, canke ibizoza, canke ububasha+,
10 kugira ngo ndamumenye, menye n’ububasha bw’izuka ryiwe+ nongere menye gufatanya na we mu mibabaro yiwe+, nkemera gupfa urupfu nk’urwiwe+,
13 Ahubwo, mubandanye kunezerwa+ kuko muri abasangira imibabaro ya Kristu+, kugira ngo munezerwe mwongere musesekare umunezero no mu gihe c’ihishurwa+ ry’ubuninahazwa bwiwe.