ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 8:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa: ba samuragwa koko b’Imana, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana+ na we kugira ngo kandi tuninahazanywe na we+.

  • 2 Abakorinto 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Hose mu mubiri wacu twama twihanganira amagorwa yica yatejwe Yezu+, ngo ubuzima bwa Yezu bubonekere kandi mu mubiri wacu+.

  • Abakolosayi 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ubu ndanezerwa mu mibabaro ndimwo ku bwanyu+, nanje nkaba ndiko ndakwiza ivyasigaye ku makuba+ ya Kristu mu mubiri wanje ku bw’umubiri wiwe, ari wo shengero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika