1 Abakorinto 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mugabo nzoza iwanyu vuba Yehova niyabigomba+, kandi sinzomenya amajambo y’abo bivyimvya, ahubwo nzomenya ububasha bwabo.
19 Mugabo nzoza iwanyu vuba Yehova niyabigomba+, kandi sinzomenya amajambo y’abo bivyimvya, ahubwo nzomenya ububasha bwabo.