Abaroma 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ariko hashimirwe Imana kubona mwari abashumba b’igicumuro mugabo mukaba mwacitse abagamburukira ubwo bwoko bw’inyigisho bivuye ku mutima, ari yo mwahawe+. 2 Abakorinto 7:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyongeye, ikibabarwe abagirira kirushiriza kugwira, iyo yibutse ukugamburuka+ kwanyu mwese, ingene mwamwakiranye ugutinya n’ukujugumira.
17 Ariko hashimirwe Imana kubona mwari abashumba b’igicumuro mugabo mukaba mwacitse abagamburukira ubwo bwoko bw’inyigisho bivuye ku mutima, ari yo mwahawe+.
15 Vyongeye, ikibabarwe abagirira kirushiriza kugwira, iyo yibutse ukugamburuka+ kwanyu mwese, ingene mwamwakiranye ugutinya n’ukujugumira.