Matayo 26:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Maze Yezu amubwira ati: “Subiza inkota yawe mu kibanza cayo+, kuko abafata inkota bose bazokwicwa n’inkota+. Abaroma 13:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ijoro rigeze kure; bugira buce+. Twiyambure rero ibikorwa vy’umwiza+ maze twambare ibirwanisho+ vy’umuco. Abanyefeso 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku bw’ivyo, mutore umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana+, kugira ngo mushobore kunana kuri wa musi mubi, kandi nimwamara gukora vyose mukanoganza, muhagarare mushikamye+. 1 Abatesalonika 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo twebwe ab’umurango, tuzigame ubwenge bwacu kandi twambare ukwizera+ n’urukundo nk’igikingira igikiriza+, twambare n’icizigiro+ c’ubukiriro nk’inkofero+; 1 Timoteyo 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Iryo bwirizwa+ ndarikujeje, mwananje Timoteyo, nk’uko ivyavuzwe imbere y’igihe+ vyari vyerekeje kuri wewe bidakikiriza, kugira ngo bigufashe kubandanya urwana intambara nziza+; 2 Timoteyo 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Mugabo umushumba w’Umukama ntabwirizwa kurwana+, ahubwo abwirizwa kuba umuntu yengenga kuri bose+, ashoboye kwigisha+, akaguma yiyumanganije mu mibabaro+,
52 Maze Yezu amubwira ati: “Subiza inkota yawe mu kibanza cayo+, kuko abafata inkota bose bazokwicwa n’inkota+.
12 Ijoro rigeze kure; bugira buce+. Twiyambure rero ibikorwa vy’umwiza+ maze twambare ibirwanisho+ vy’umuco.
13 Ku bw’ivyo, mutore umwambaro ukwiye w’ibirwanisho biva ku Mana+, kugira ngo mushobore kunana kuri wa musi mubi, kandi nimwamara gukora vyose mukanoganza, muhagarare mushikamye+.
8 Nayo twebwe ab’umurango, tuzigame ubwenge bwacu kandi twambare ukwizera+ n’urukundo nk’igikingira igikiriza+, twambare n’icizigiro+ c’ubukiriro nk’inkofero+;
18 Iryo bwirizwa+ ndarikujeje, mwananje Timoteyo, nk’uko ivyavuzwe imbere y’igihe+ vyari vyerekeje kuri wewe bidakikiriza, kugira ngo bigufashe kubandanya urwana intambara nziza+;
24 Mugabo umushumba w’Umukama ntabwirizwa kurwana+, ahubwo abwirizwa kuba umuntu yengenga kuri bose+, ashoboye kwigisha+, akaguma yiyumanganije mu mibabaro+,