Abaroma 8:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko abo bose bayoborwa n’impwemu y’Imana, abo ni bo bana b’Imana+. 2 Abakorinto 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mu kuvuga ukuri, mu bubasha bw’Imana+; biciye ku birwanisho+ vy’ubugororotsi mu kuryo no mu kubamfu,
7 mu kuvuga ukuri, mu bubasha bw’Imana+; biciye ku birwanisho+ vy’ubugororotsi mu kuryo no mu kubamfu,