ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 1:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ariko abamwakiriye bose+ yabahaye ububasha bwo gucika abana b’Imana+, kubera ko bari bizeye izina ryiwe+;

  • Yohani 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yezu yishura ati: “Ni ukuri kwose ndabikubwiye: Umuntu atavyawe n’amazi+ be n’impwemu+, ntashobora kwinjira mu bwami bw’Imana.

  • Yohani 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Umuyaga+ uhuhutira iyo ushaka, kandi wewe urumva umuhindo wawo mugabo ntumenya iyo uva n’iyo uriko uraja. Ukwo ni ko umuntu wese avyawe n’impwemu amera+.”

  • Abaheburayo 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko uwuriko areza n’abariko barezwa+ bose bava kuri umwe+, kandi ico ni co gituma adaterwa isoni no kubita “bene wabo+,”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika