ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 14:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 ya mpwemu y’ukuri+, iyo isi idashobora kuronka+, kuko itayibona canke ngo iyimenye. Mwebwe murayizi, kuko igumana namwe kandi ikaba iri muri mwebwe+.

  • Ivyakozwe 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 maze bukwi na bukwi haza urwamo ruvuye mw’ijuru rumeze nk’urw’umuyaga ukomeye uhuhuta, rwuzura nya nzu yose bari bicayemwo+.

  • Abaroma 8:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Impwemu+ ubwayo irashinga intahe+ hamwe n’impwemu yacu+ yuko turi abana b’Imana+.

  • 1 Abakorinto 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kuko, ni nde mu bantu azi ibintu vy’umuntu atari impwemu+ y’umuntu iri muri we? Muri ubwo buryo nyene, nta n’umwe yamenye ibintu vy’Imana atari impwemu+ y’Imana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika