Yohani 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ya mpwemu y’ukuri+, iyo isi idashobora kuronka+, kuko itayibona canke ngo iyimenye. Mwebwe murayizi, kuko igumana namwe kandi ikaba iri muri mwebwe+. Abaroma 8:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yamara umwe asesangura imitima+ arazi ico impwemu+ ishaka kuvuga, kuko itakamba ihuza n’Imana ku bw’aberanda+.
17 ya mpwemu y’ukuri+, iyo isi idashobora kuronka+, kuko itayibona canke ngo iyimenye. Mwebwe murayizi, kuko igumana namwe kandi ikaba iri muri mwebwe+.
27 Yamara umwe asesangura imitima+ arazi ico impwemu+ ishaka kuvuga, kuko itakamba ihuza n’Imana ku bw’aberanda+.