ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 28:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nimugende rero muhindure abantu bo mu mahanga yose+ abigishwa+, mubabatiza+ mw’izina rya Data+ n’iry’Umwana+ n’iry’impwemu nyeranda+,

  • Ivyakozwe 8:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Bariko baragenda muri iyo nzira, bashikira ikidengeri c’amazi, hanyuma nya nkone ivuga iti: “Ehe ikidengeri c’amazi; ni igiki kimbuza kubatizwa+?”

  • Ivyakozwe 10:47
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 47 “Hari uwobuza amazi ngo abo ntibabatizwe+ kandi baronse impwemu nyeranda nk’uko natwe nyene twayironse?”

  • Ivyakozwe 19:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Aho bavyumviye, barabatizwa mw’izina ry’Umukama Yezu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika