Matayo 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Jeho ndababatirisha amazi+ ku bw’ukwigaya+ kwanyu; mugabo uwuriko araza+ inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi inkweto* ziwe ntibimbereye kuzimwambura+. Uyo azobabatirisha impwemu nyeranda+ n’umuriro+. Ivyakozwe 8:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Bariko baragenda muri iyo nzira, bashikira ikidengeri c’amazi, hanyuma nya nkone ivuga iti: “Ehe ikidengeri c’amazi; ni igiki kimbuza kubatizwa+?” Ivyakozwe 11:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba rero Imana yabahaye ingabirano ya gusa nk’imwe nyene yaduha twebwe abemeye Umukama Yezu Kristu+, jewe nari nde ngo mbuze Imana+?”
11 Jeho ndababatirisha amazi+ ku bw’ukwigaya+ kwanyu; mugabo uwuriko araza+ inyuma yanje arakomeye kundusha, kandi inkweto* ziwe ntibimbereye kuzimwambura+. Uyo azobabatirisha impwemu nyeranda+ n’umuriro+.
36 Bariko baragenda muri iyo nzira, bashikira ikidengeri c’amazi, hanyuma nya nkone ivuga iti: “Ehe ikidengeri c’amazi; ni igiki kimbuza kubatizwa+?”
17 Nimba rero Imana yabahaye ingabirano ya gusa nk’imwe nyene yaduha twebwe abemeye Umukama Yezu Kristu+, jewe nari nde ngo mbuze Imana+?”