Daniyeli 4:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Ababa kw’isi bose babonwa nk’ubusa gusa+, kandi akora uko yigombera mu ngabo zo mu majuru no mu baba kw’isi+. Kandi nta n’umwe ariho yotangira ukuboko kwiwe+, canke yomubwira ngo: ‘Wakoze iki+?’ Ivyakozwe 10:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 “Hari uwobuza amazi ngo abo ntibabatizwe+ kandi baronse impwemu nyeranda nk’uko natwe nyene twayironse?”
35 Ababa kw’isi bose babonwa nk’ubusa gusa+, kandi akora uko yigombera mu ngabo zo mu majuru no mu baba kw’isi+. Kandi nta n’umwe ariho yotangira ukuboko kwiwe+, canke yomubwira ngo: ‘Wakoze iki+?’
47 “Hari uwobuza amazi ngo abo ntibabatizwe+ kandi baronse impwemu nyeranda nk’uko natwe nyene twayironse?”