Ivyakozwe 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo Umukama amubwira ati: “Genda, kubera ko uwo muntu ari icombo nitoreye+ ngo ashingire intahe izina ryanje ku mahanga+ no ku bami+ no kuri bene Isirayeli. Abagalatiya 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 kuko Umwe yaha Petero ububasha bwa nkenerwa ku bw’ibanga ryo kuba intumwa ku bagenyerewe ari na we yampaye ububasha+ ku bw’abo mu mahanga;
15 Mugabo Umukama amubwira ati: “Genda, kubera ko uwo muntu ari icombo nitoreye+ ngo ashingire intahe izina ryanje ku mahanga+ no ku bami+ no kuri bene Isirayeli.
8 kuko Umwe yaha Petero ububasha bwa nkenerwa ku bw’ibanga ryo kuba intumwa ku bagenyerewe ari na we yampaye ububasha+ ku bw’abo mu mahanga;