Ivyakozwe 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma i muhira iwabo, barakora+, kuko umwuga wabo wari uwo kujisha amahema. 1 Abakorinto 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 None impembo yanje ni iyihe? Ni uko mu gihe menyesha inkuru nziza notanga inkuru nziza ku buntu+, kugira ngo sinkoreshe nabi uburenganzira mfise mu bijanye n’inkuru nziza.
3 kandi kubera yuko bari basangiye umwuga, aguma i muhira iwabo, barakora+, kuko umwuga wabo wari uwo kujisha amahema.
18 None impembo yanje ni iyihe? Ni uko mu gihe menyesha inkuru nziza notanga inkuru nziza ku buntu+, kugira ngo sinkoreshe nabi uburenganzira mfise mu bijanye n’inkuru nziza.