Abafilipi 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nkako, mwebwe Abafilipi murazi kandi yuko igihe inkuru nziza yatangura kumenyeshwa, hamwe nava i Makedoniya, ata shengero na rimwe ryifatanije nanje mu bijanye no gutanga be no guhabwa, atari mwebwe gusa+,
15 Nkako, mwebwe Abafilipi murazi kandi yuko igihe inkuru nziza yatangura kumenyeshwa, hamwe nava i Makedoniya, ata shengero na rimwe ryifatanije nanje mu bijanye no gutanga be no guhabwa, atari mwebwe gusa+,