Gusubira mu vyagezwe 3:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Yehova abandanya kundakira kubera mwebwe+, ntiyanyumviriza. Mugabo Yehova ambwira ati: ‘Ivyawe biramaze! Ntihagire ico usubira kumbwira kuri ico kintu.
26 Yehova abandanya kundakira kubera mwebwe+, ntiyanyumviriza. Mugabo Yehova ambwira ati: ‘Ivyawe biramaze! Ntihagire ico usubira kumbwira kuri ico kintu.