ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Mu nyuma Yehova abwira Musa na Aroni ati: “Kubera ko mutagaragaje ko munyizera ngo munyeze+ mu maso ya bene Isirayeli, ku bw’ivyo ntimuzokwinjiza iri shengero mu gihugu nzobaha ata kabuza+.”

  • Guharura 27:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 kuko mwagararije itegeko ryanje mu gahinga ka Zini, igihe ca kwa gutongana kw’ikoraniro+, ntimwanyeza+ kuri ya mazi mu maso yabo. Ayo ni ya mazi y’i Meriba+ i Kadeshi+ mu gahinga ka Zini+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 31:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 ababwira ati: “Uno musi mfise imyaka ijana na mirongo ibiri+. Ntibigikunda ko nza ndagenda nongera ngaruka+, kuko Yehova yambwiye ati: ‘Ntuzojabuka uru ruzi Yorodani+.’

  • Zaburi 106:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Vyongeye, batera ishavu kuri ya mazi ya Meriba+,

      Ku buryo bigendera nabi Musa bivuye kuri bo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika