14 kuko mwagararije itegeko ryanje mu gahinga ka Zini, igihe ca kwa gutongana kw’ikoraniro+, ntimwanyeza+ kuri ya mazi mu maso yabo. Ayo ni ya mazi y’i Meriba+ i Kadeshi+ mu gahinga ka Zini+.”
51 kubera ko mutashikije ivyo mwategerezwa kungirira+ hagati ya bene Isirayeli kuri ya mazi y’i Meriba+ i Kadeshi mu gahinga ka Zini; kubera ko mutanyejeje hagati muri bene Isirayeli+.