1 Abakorinto 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+, 1 Abakorinto 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ibifungurwa ni ivy’inda, inda na yo ni iy’ibifungurwa+; mugabo ivyo vyompi Imana izobihindura ubusa+. Umubiri rero si uw’ubusambanyi, ahubwo ni uw’Umukama+; Umukama na we ni uw’umubiri+.
9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+,
13 Ibifungurwa ni ivy’inda, inda na yo ni iy’ibifungurwa+; mugabo ivyo vyompi Imana izobihindura ubusa+. Umubiri rero si uw’ubusambanyi, ahubwo ni uw’Umukama+; Umukama na we ni uw’umubiri+.