ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 13:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nko ku murango, tugende mu buryo bubereye+, atari mu kwidagadura no kunywera akaborerwe+, atari mu guhuza ibitsina kutemewe no mu bushirasoni*+, atari mu gushihana+ no kugira ishari.

  • Abagalatiya 5:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kandi ibikorwa vy’umubiri biribonekeza+, bikaba ari ubusambanyi+, ubuhumane, ubushirasoni*+,

  • Abanyefeso 4:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Kubera yuko babaye ibiti+, bihereje ubushirasoni*+ kugira ngo bakore n’umunoho n’akantu ubuhumane+ bw’ubwoko bwose+.

  • 2 Petero 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ikigeretseko, benshi bazokurikira+ ibikorwa vyabo vy’ubushirasoni*+, kandi inzira y’ukuri izotukwa+ kubera bo.

  • Yuda 4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Impamvu mfise ni uko hari abantu bamwebamwe bisobetse muri twebwe+ bagenewe+ urwo rubanza+ kera n’Ivyanditswe, abantu batibanga Imana+, bahindura ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana yacu icitwazo c’ubushirasoni*+ kandi bakihakana+ umwe Databuja+ wacu rudende, akaba n’Umukama+, Yezu Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika