Abaroma 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuko ntohirahira ngo mvuge ikintu na kimwe nimba atari ico mu vyo Kristu yakoreye muri jewe+ kugira ngo amahanga agamburuke+ biciye kw’ijambo+ ryanje no ku gikorwa canje, 1 Abakorinto 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ngo mw’izina ry’Umukama wacu Yezu, iyo mukoraniye hamwe, n’impwemu yanje kumwe n’ububasha bw’Umukama wacu Yezu+,
18 Kuko ntohirahira ngo mvuge ikintu na kimwe nimba atari ico mu vyo Kristu yakoreye muri jewe+ kugira ngo amahanga agamburuke+ biciye kw’ijambo+ ryanje no ku gikorwa canje,
4 ngo mw’izina ry’Umukama wacu Yezu, iyo mukoraniye hamwe, n’impwemu yanje kumwe n’ububasha bw’Umukama wacu Yezu+,