Matayo 28:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 mubigisha+ kwubahiriza+ ibintu vyose nabategetse+. Kandi ehe ndi kumwe namwe+ imisi yose gushika ku nsozero y’ivy’isi+.” 2 Abakorinto 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Si uko twebwe ku bwacu ari ho dukwije neza ibisabwa ngo hagire ico tubona ko kiva kuri twebwe+, ahubwo ugukwiza neza ibisabwa kwacu kuva ku Mana+,
20 mubigisha+ kwubahiriza+ ibintu vyose nabategetse+. Kandi ehe ndi kumwe namwe+ imisi yose gushika ku nsozero y’ivy’isi+.”
5 Si uko twebwe ku bwacu ari ho dukwije neza ibisabwa ngo hagire ico tubona ko kiva kuri twebwe+, ahubwo ugukwiza neza ibisabwa kwacu kuva ku Mana+,